CDJP RUTANA

UGUHIMBAZA UMUSI MUKURU W’UBUTUNGANE N’AMAHORO MURI DIYOSEZE YA RUTANA KU WA 29 MYANDAGARO 2021

Kirundi

Kuw’Imana igenekerezo rya 29 Myandagaro 2021 ukaba wari uw’Imana wa 22 wo mu gihe gisanzwe, niho muri Diyoseze ya Rutana hahimbazwa umusi mukuru w’ubutungane n’Amahoro ku rwego rwa Diyoseze Rutana, uwo musi wahimbrijwe muri Paroisse ya Muhweza ku civugo kigira kiti : « Tumurikiwe na Yezu Kristu umuco w’isi, tube abatumwa b’ubutungane n’amahoro muri Diyoseze ya Rutana ». Wari umusi kandi kandi muri Ekleziya yose twibuka ugupfira Imana kwa Yohani Baptista, asanzwe ari umuvunyi w’abari mu gisata c’Ubutungane n’Amahoro.

IMIGAMBI YA KAZOZA CDJP RUTANA

Kirundi

IVYARANGUWE NA CDJP RUTANA

Kirundi

KAHISE KA CDJP RUTANA

Kirundi

Pages

ABATERANTEGE MU BUHINGA NO MU BURYO

Twandikire

Commission Épiscopale Justice et Paix
C.E.J.P BURUNDI

Bulding de la Coordination des Mouvements d'Action Catholique -Rue de la Mission
BP: 7074 BUJUMBURA BURUNDI
TEL: +257 24 3126
Fax: +257 24 7704
Email: cejp@cejp.bi
Site web: cejp.b

Suivez-nous sur:

Ibisata bikorerwamwo

  • Intwaro ibereye
  • Ubwiyumvanemwo mu gihugu
  • Inyigisho y’Ekleziya mu vy’imibano
  • Iterambere rirama
  • Ugukiranura kahise kababaje
  • Uburongozi
  • Ihonyangabuzima rishimikira ku gitsina
  • Ukuri n’ugusubiza hamwe
  • Indero iramurira amahoro

Urunani CEJP mu Masanamu

Back to Top