CDJP_BUJUMBURA

NOTRE MISSION

French

HISTORIQUE

French

STRATEGIES

French

3

Ubutumwa

Kirundi

Igisata c’Ubutungane n’Amahoro, kimurikiwe n’Inkuru nziza y’Urukiza be n’Inyigisho y’Ekleziya mu vy’Imibano, ubutunzi na politike, kijejwe guteza imbere umuco w’ugusonera amabwirizwa n’amategeko, umuco w’ubutungane, w’ugusubiza hamwe, w’ubwitonzi mw’ikenyurwa ry’amatati, kugira ngo umuntu wese atere imbere mu vy’umutima n’umubiri, mu vy’imico n’imigenzo myiza.

MISSION

French

La CEJP a pour mission de promouvoir une culture de droit, de justice, de réconciliation et de non-violence active pour le développement spirituel, moral et matériel de tout homme et de tout l’homme, à la lumière de l´Evangile et de l´Enseignement Social de l´Église.

Amahangiro y’igisata c’Ubutungane n’Amahoro

Kirundi
  • Gufasha abantu n’imigwi y’abantu kwumva amarushwa aturuka ku bukene, ku karenganyo, ku macakubiri n’ihonyangabuzima mu gihugu.
  • Gufasha abantu gutahura imvo n’imvano z’ivyo bibazo n’igituma ukwemera kwabo kubabwiriza guhaguruka bakagira ico bakoze cotuma imibano iba myiza.

OBJECTIFS

French

OBJECTIFS DE LA CEJP:
-Aider les individus et les groupes humains à devenir conscients de la souffrance générée par la pauvreté, les injustices, les divisions et la violence dans notre société.
-Faire découvrir aux gens quelles en sont les causes et pourquoi leur foi demande qu’ils s’impliquent sur le plan social.
-Rendre les gens capables de travailler pour une société plus juste où sont respectés les droits et les libertés fondamentaux de la personne humaine .

VISION

French

La CEJP a pour vision une société réconciliée où règnent la justice, la paix, l´unité et la communion.

KAHISE K’IGISATA C’INAMA Y’ABEPISKOPI KATOLIKA KIJEJWE UBUTUNGANE N’AMAHORO

Kirundi

Kuva Uburundi bwikukiye mu 1962, bwagiye buraca mu bihe vy’uruhagarara rufatiye ku vy’amoko na politike. Mu myaka y’1965, 1969, 1972, 1988, 1991, ubwicanyi bufatiye ku moko bwaratikije inganda, buratitura ireme ry’igihugu, burankanisha abantu mu gihugu cose, butuma iterambere mu vy’imibano n’ubutunzi bisubira inyuma nk’ibirenge.

Pages

ABATERANTEGE MU BUHINGA NO MU BURYO

Twandikire

Commission Épiscopale Justice et Paix
C.E.J.P BURUNDI

Bulding de la Coordination des Mouvements d'Action Catholique -Rue de la Mission
BP: 7074 BUJUMBURA BURUNDI
TEL: +257 24 3126
Fax: +257 24 7704
Email: cejp@cejp.bi
Site web: cejp.b

Suivez-nous sur:

 

Ibisata bikorerwamwo

  • Intwaro ibereye
  • Ubwiyumvanemwo mu gihugu
  • Inyigisho y’Ekleziya mu vy’imibano
  • Iterambere rirama
  • Ugukiranura kahise kababaje
  • Uburongozi
  • Ihonyangabuzima rishimikira ku gitsina
  • Ukuri n’ugusubiza hamwe
  • Indero iramurira amahoro

Urunani CEJP mu Masanamu

Back to Top