Uburyo burashe bw’Igisata c’Ubutungane n’Amahoro

Kirundi
  • Kwunganira itsimbatazwa ry’umuco wa demokarasi n’intwaro ibereye.
  • Kwunganira mu ntambwe z’ugusubiza hamwe hagati y’imice y’abasangiye igihugu c’Uburundi.
  • Kwunganira mw’igarukirwa ry’ibidukikije.
  • Gukomeza ubushobozi bw’inzego zose zigize urunani rw’Igisata c’Ubutungane n’Amahoro
  • Kwunganira mu kurwanya ihonyangwa ry’ingingo zigenga agateka ka zina muntu.

ABATERANTEGE MU BUHINGA NO MU BURYO

Twandikire

Commission Épiscopale Justice et Paix
C.E.J.P BURUNDI

Bulding de la Coordination des Mouvements d'Action Catholique -Rue de la Mission
BP: 7074 BUJUMBURA BURUNDI
TEL: +257 24 3126
Fax: +257 24 7704
Email: cejp@cejp.bi
Site web: cejp.b

Suivez-nous sur:

Ibisata bikorerwamwo

  • Intwaro ibereye
  • Ubwiyumvanemwo mu gihugu
  • Inyigisho y’Ekleziya mu vy’imibano
  • Iterambere rirama
  • Ugukiranura kahise kababaje
  • Uburongozi
  • Ihonyangabuzima rishimikira ku gitsina
  • Ukuri n’ugusubiza hamwe
  • Indero iramurira amahoro

Urunani CEJP mu Masanamu

Back to Top